Kw’isoko mpuzamakungu y’icayi iri Mombasa muri Kenya, gushika ubu, Uburundi buza mu kibanza ca kabiri mu bihugu bishika icenda vyo mu karere...
Mu gihe Umushikiranganji w’Uburimyi, Ubworozi n’Ibidukikije kuri uwu wa 8 Kigarama i Gitega yariko arashikiriza abarundi na canecane abarimyi b’ikawa hamwe n’abakorera...
Hafatiwe ku matoni 14 000 y’ikawa ishoka hanze yitezwe muri iyi sizeni, hamaze kudandazwa ikawa ku rugero rungana na 63%. Vyashikirijwe na...
Turakunze kwumva amashirahamwe yaba ayo mu Burundi canke mpuzamakungu yigisha ivyerekeye irondoka rijanye n’amagara meza mu rwaruka, yongera ahimiriza abantu kwijukira kugwanya...
Kuva muri ibi bibazo vy’ivyigwa birangiza igice ca mbere c’umwaka w’ishure wa 2020-2021, buca bitangura ku wa 7 gushika ku wa 18...
Mu gihe umwaka w’ishure muri Kaminuza y’Uburundi waraye utanguye kuri uwu wa 30 Munyonyo 2020, hari abanyeshure baguma biruka baraba abayobozi ngo...
Hari ibintu vyeze mu bisagara. Urumbanza rwo mu muryango utarimwo abakobwa bafise ubwiza bwo ku mubiri, baryosha amafoto, rukorwa n’abakobwa bakoteshejwe, kugira...
Mu Burundi, ibiharuro bihari vyerekana ko ibice 6% vy’ingo ata misarani zifise. 94% na zo zirafise imisarani ariko ntibereye, ingo 16% gusa...
Muri zone Buterere, iri mu gisagara ca Bujumbura, inzu 6 zarabomotse, imiringoti itwara amazi ya Regideso mu ngo z’abantu irameneka. Imiryango y’abantu...
Ibigunguru 20 vyo gutamwo imicafu (poubelles publiques) bifise agaciro ka 12.000.000 Fbu ni vyo kuri uwu wa 12 Munyonyo vyabaye birashirwa mu...