Muri Uganda, inkino zo gutigira ziragisibije mu rwaruka, Tanzaniya yipfuza kurwiza umwimbu w’ibishorerwa mu Bwongereza, uruganda rwa mbere rutunganya urumogi rwaratanguye kwubakwa...
Muri Uganda : « Rolex » yaduze igiciro. Imodokari 3 zarahiye ziratokombera mw’isanganya ry’umuriro mu Rwanda. Muri Kenya, abantu 6 barahitanywe n’imyiyerekano yo kwiyamiriza iduga...
RDC : Hagiye gushirwaho ikigo kijejwe kwegeranya uburyo bwo kugarukira abakorewe amabi afatiye ku gitsina bivuye ku ntambara Ivyo bikaba vyateweko umukono n’inama...
Abanyakenya 22 bararokowe mu rudandazwa rukorerwa abantu i Laos Abayobozi bo mu gihugu ca Kenya baragabisha abantu basaba ubuzi ku mbuga ngurukanabumenyi...
Muri RDC, kw’igenekerezo rya 10 Nyakanga indege yo mu bwoko bwa Antonov 28 niho yava ku kibuga c’indege c’ahitwa Kavumu ija i...
Ibirori vyo kwita amazina ingunge 20 mu Rwanda, muri RDC ikiraro carasidutse ubwo nyene ariho bagiheza kucugurura icese, ibirego vyashikirijwe ntivyotuma hahakanwa...
RDC: abashingamateka ngo bahembwa ibihumbi 21.000 vy’amadorare ku kwezi Vyavuzwe n’umwe mu batavuga rumwe na Reta iharanira demokarasi ya Kongo, Martin Fayulu...
MSF muri Ouganda mu gikorwa co kugarukira impunzi zituruka muri Congo, Tanzaniya igiye gutanguza ubuhinga bwa 5G… Bamwe mu bimukira binjiye mu...
Inzahabu ziza kw’isonga mu bidandazwa Uburundi bushorera hanze, ku rugero rw’ibice birenga 50% mu gihe ivyinjizwa mu gihugu vyo vyiganziwe n’ibitoro ku...