Abitaho ibijanye n’uburumyi n’ubworozi bategerezwa gusenyera ku mugozi umwe kugira ngo igihugu kironke umwimbu mwiza. Kubera dusanzwe tuzi ko ico gisata gitunze...
Uburimyi n’ubworozi ni imyuga igoye kuko ihura n’ingorane nyinshi ziturutse ku bitungwa bipfa, imirima yononekara, ibiciro n’uburyo bwo kubaho bikagabanuka cane ku...
Ivyo rero abanyamugoboka bakabivuga bafatiye ku kuntu babayeho batagira amazi, umuyagankuba, amabarabara, nayo ibihomoka vy’ibimanga bituruka ku ruzi Ntahangwa vyo, ngo biza...
Itegeko rigenga amashamba (Code Forestier) kuva ku ngingo yaryo y’198 rirerekana neza ibihano bihabwa uwo wese ahohoteye ibiti. Uwo wese aranduye ibimenyetso...
Uko umwaka utashe ibinyabuzima vyababa ibihumbi ijana birapfa biturutse kw’itabwa ry’imicafu mu mazi y’inzuzi, y’ibiyaga, n’ibindi. Inyigisho zari zikwiye gutangwa guhera mubana...
Nta gihe kihaciye tubayagiye ingene muri ino minsi urwaruka rwahagurukiye ibikorwa vyo kwiteza imbere biciye, bamwe mu gukora imbabura ziziganya amakara, abandi ibindi....
Nimba hari urwaruka ruzwi cane ku murwa mukuru wa poritike ruri mu muvuduko udasanzwe mu bikorwa vyo kwiteza imbere, uretse uwatanguje Gasape,...
Utumwanya tutabora hamwe n’amacupa ya plastike atekerwa mwo amazi n’imitobe y’ubwoko butandukanye bitabwa aho ari ho hose, biri mu bibangamiye ibidukikije. Ariko...