Vyose vyatanguye muri Ruheshi 2022, aho abasomyi babiri ba Jimbere Magazine Fabien Cishahayo kumwe na Isaie Ntidendereza bakurikirana inkuru yatangajwe n’iki kinyamakuru....
Ku mashure menshi yo hagati mu gihugu haribonekeza cane ubukene bw’amazi butuma isuku ku magara y’abanyeshure ahungabana. Ni amakuru yatohojwe mu ntara...
Jean-Marie Ndirakobuca ni umusore w’ubwira butangaje mu bikorwa vyo kwiteza imbere. Afise imyaka 26. Kenshi aba ariko aragendagenda mu turere dutandukanye tw’Uburundi...
Mu kiyaya c’Imbo, ingo zirubakwa canke zigasambuka bivanye n’igihe umuceri wereyeko. Inkurikizi ntizibuze: abagabo benshi barata ingo, abagore bagasigara bifumbereje, abana bakaba...
Ku myaka yiwe 24 itarenga ntirenguke, Niyongere Nosiyata n’ikibondo i mugongo yisanze ari umuhabara atari abizi. « Igihe umugabo tubana ambwira ko asanzwe afise...
«Ubwo vy’ukuri jewe nogera kuri iyo ntambwe? Umutahe wova he»… Ivyo ni bimwe mu bibazo nyamukuru bishikirizwa n’urwaruka rugera kuri 45 ruva...
Abajejewe intwaro ntibakigira ayo bacira n’ayo bamira ku kibazo c’uguharika. Hari igihe usanga ari umugore w’intabwa ariko arondeza umugabo wiwe,canke ugasanga n’umugore...
Murengeza ni agacimbiri kamwe muri twinshi tugize komine ya Mpanda mu ntara ya Bubanza. Abantu bamwebamwe baho babonye umuceri wamuje amaganya n’agahinda...