Mu bibanza bitari bike bikorerwamwo akazi ko gusigira irangi (verni) no kwomekera abakobwa inzara usanga hakorera abahungu. Kandi, ivyo bibanza usanga ari...
Abantu baronse inyigisho z’umugambi wa Reta Prodefi ya mbere ufashwe mu mugongo n’ikigega mpuzamakungu FIDA ngo barashobora kubandanya bashira mu ngiro ivyo...
« Césarienne » canke « gukorwa », ni uburyo bwo kuvyara, umuganga arinze kwugurura inda y’umuvyeyi, akabaga igitereko agakuramwo umwana hama akongera...
Mu myemerere y’abarundi baho hambere, igitoke cari igiterwa kidasanzwe. Cari cubashwe kandi kigafatwa nk’igiterwa ceranda. Uretse ko cavamwo urwarwa rwahuza imiryango, igitoke...
Kuri uwu wa 17 Nyakanga 2020, Inamashingamateka yaremeje itegeko rigenga akazi. Iryo tegeko rivuga ko abakozi bo mu nzu bazohora bakora akazi...
Hari ukuntu abahungu twama dushaka kugara ku bakobwa. Kubasororera ivyo bashaka kugira ngo tubereke ko twifashe neza. Ivyo kenshi tubigira ku bakobwa...
Abatari bake baribaza nimba amashengero ashingwa hakurikijwe amategeko, canke apfa kwiyadukiza akitorera ikibanza ashingwamwo. Hari aho usanga mw’ikaritiye, hagati y’urusengero n’urundi hacamwo...
Birababaje guca ku muntu aryamye ariko arataka atakamba ko ashonje asaba uwomufasha ukamucako ukarengana. Ariko kandi birababaje gusumba kubona umuntu ariko aravundagara...
Abantu batari bake barahurumbira vya binini vyo kwikingira imbanyi vyihuse mu masaha 72 ari vyo bita « pilule du lendemain ». Ariko...
Hari ho imisore usanga umenga nta co ifise ikora, izindukira mu bibanza bimwebimwe vyo mu gisagara ca Bujumbura ariko ukabona yiyambariye neza,...