Ugira gutya ukumva umuntu ariko yihaya ubugabo avuga ko ashobora kumara umunsi wose adasohotse yibereye kuri terefone, araba udufoto n’utuvidewo tw’abantu batandukanye...
Hari ibintu biharawe mu bakobwa bamwebamwe aho usanga bashaka ko abahungu babafata nk’abana babo. Ico bashatse cose bagashaka ko barinda kugihabwa n’abahungu...
Ubu rero hari abakobwa basigaye bavuga ngo abahungu barahevye kugira ubugeni. Aho rero baba bafatira ku kuntu ata bahungu baronka bababwira imigambi...
Bamwe mu bagabo n’abagore cane cane bamwe bigira abasirimu, uza wumva bavuga ngo umuntu mwahoze mukundana ntimwohebana burundu kubera wubatse urwawe. Ahubwo...
Iyi minsi 2 iheze ntivyari vyoroshe kubera ivyavuye mu gice ca nyuma c’ihiganwa rya « Miss Burundi 2022 ». Mudukundire tubigarukeko kandi…...
Ibikorwa vyawo vyuguruwe icese ku wa 21 Ntwarante 2022, i Gitega, mu ntumbero yo gushigikira abana n’urwaruka rungana 4.510 ruba mu miryango...
Hano mu Burundi, nk’uko biri n’ahandi igihe nyina w’umwana afise ayandi mabanga akora arakenera umwigeme akunze kwitwa umuyaya amusigaranira umwana. Uwo muyaya...
Pascal ni umwe mu banywanyi ba koperative y’abanyonzi b’amakinga, mu gisagara ca Bujumbura. Uno munsi arahimbawe cane n’uko ashobora kwirangurira imigambi kuko...
Kutaronka urukundo mu muryago, kuvuka nt’ubone abavyeyi, kw’ama abavyeyi barwana imbere y’abana, kubona umuvyeyi yama ataha yaborewe ugasanga rimwe rimwe yiyononyeko canke...