Kuri Donatus Conference Center kuri uyu wa 30 Mukakaro 2025 hari ikiganiro cahuje umugambi PNSR uraba irondoka rijanye n’amagara meza hamwe n’abayobozi...
Iyo ni intahe ya Lolita Iranezereza, umwanditsi w’igitabu « Renaître chaque Jour » kuri uyu wa 21 Ndamukiza 2025, aho yariko arasabikaniriza abandi ibijanye...
Ibice 85% vy’abanyeshure bo ku mashure cumi yo mu ntara z’indero za Karusi na Ngozi babajijwe utubazo, inyishu batanze zagaragaje ko amagara...
Ni C.N, umwigeme w’imyaka 17 aba mu Kirundo. Uyo mwigeme mu gihe yari atanguye umwaka w’indwi w’amashure shingiro yatwawe n’ibishobisho vy’uko akunzwe...
Urwaruka rutari ruke rwibaza ko mu mibonano mpuzabitsina, abakobwa babemera kubera amasaha menshi bakoze. Ivyo na vyo kugira bikunde bibwira ko gufata...
Hari abantu usanga binjiye mu nkundo bakazihebera gushika n’aho iyo bahemukiwe bibagora kwakira mbere rimwe na rimwe ugasanga hari n’abahuye n’ikibazo co...
Ivyo vyashikirijwe na muganga Tania Gahama Ineza asanzwe arongoye ishirahamwe Uzima ryitaho amagara y’abantu, hari mu ndwi igira gatatu ya rya sekeza...
Igenekerezo rya 5 Rusama buri mwaka ni umunsi wahariwe abanonosoye ivyerekeye irondoka rijanye n’amagara meza. Uwo munsi ushitse mu gihe ibiharuro vyerekana...
Ku kibazo c’uko kwubakana hagati y’abadasangiye ubwoko vyoshobora gutera ingorane kubw’ibikomere biri mu mitima bituruka ku bihe bibi vya kahise Uburundi bwahitiyemwo,...