Mw’itegeko ryasinyweko n’umushikiranganji ajejwe ubudandaji Selemani Jafo, hari ubuzi 15 ubu buteremerewe abadafise ubwenegihugu bwo muri Tanzaniya. Ufashwe n’agasho urakinjira… Ubwo na...
Amasengero arenga 4000 yarugawe mu Rwanda, muri RD Congo inyeshamba za M23 zarafashe umuji wa Ishasha uhana urubibe na Uganda na yo...
Mu gihugu c’Urwanda hari umugambi wo kwubaka ishure ry’akarorero rizigisha ibijanye n’ugutwara indege no kuzikora mu gihe ziba zagize ikibazo. Muri Kenya...
Ng’izi inkuru nkurunkuru zivugwa mu karere kur’uyu wa 08 Rusama 2023, zatororokanijwe n’Uruganda rwa Jimbere Umukenyuro wa Tanzaniya ni gukorana n’imigwi ikina...
Igihugu ca Ouganda ciyemeje gutanga amatoni y’isukari 10.000 kuri Tanzaniya Mu masezerano ivyo bihugu vyompi vyaraye biteyeko umukono ku bijanye no gufashanya,...