Wari uzi ko abakoroni aribo bahaye ikiyaga Rwihinda, izina rya « Lac aux Oiseaux »? Sobanukirwa amamuko n’urukurikirane rw’amazina yagiye ahabwa ico kiyaga gifise...
Ni C.N, umwigeme w’imyaka 17 aba mu Kirundo. Uyo mwigeme mu gihe yari atanguye umwaka w’indwi w’amashure shingiro yatwawe n’ibishobisho vy’uko akunzwe...
Abanyeshure bagera 5173 bo mw’ishure shingiro barahevye ishure mu mwaka wa 2020 ushira uwa 2021 muri komine Busoni mu ntara ya Kirundo...
Kw’igenekerezo rya 11 Nyakanga, igitabo « Abakenyezi b’intwari bibagiwe » cari kigeze mu ntara ya Kirundo. Ba bakenyezi b’i Karusi Koreta Ndaruzaniye na Mariya...
Umuriyoni w’amafaranga y’amanyamerika, ni wo igihugu c’Ubuyapani kigiye gukoresha mu kiringo c’amezi 11, aho kigiye gukorana n’ikigo gitanga imfashanyo z’ibifungurwa (PAM), mu...
Naho gushika ubu hakiri abatari bake mu rwaruka rw’abanyeshure bagitwikiriwe n’igitutu c’uko bakirangiza amashure bazohita baronswa akazi na Reta ivyo bikabatera kuguma...
Umwigeme ari mu butinyanka ntakwiye kwikumira, nyabuna akwiye kumenya kwigirira isuku hamwe n’igikoresho yokoresha kugira yikingire indwara zifatira mu bihimba vy’irondoka 2019....