Birakunze kwidogwa, ko abakenyezi bibagora gukoresha amahera, mbere benshi ngo bakama bateze amaboko abagabo, n’aho boba bafise ibibinjiriza. Icibagiwe co ngo ni...
Iyo umukenyezi yibungenze akaza arava amaraso mu gihe arangura amabanga y’abubatse ahanurwa guca abihagarika kugira imbanyi ntiveyo canke ngo yandure indwara zifatira...
Mu kibano aho duherereye turamaze kwumva imvugo igira ngo « nta mugabo atavyara ». Ikinyamakuru Jimbere caregereye umuhinga mu mico n’akaranga aratuyagira...
N’ubwo abadandaza ibifungurwa mbumbarugo co kimwe n’ivyamwa basigaye babitembereza ku bwinshi umuhana ku wundi, ngo ni ukubura uko bagira kuko ngo ari...
Mu rukuririkirane rw’ivyo tubandanya kubashikiriza bitandukanye biri mu Burundi, ikinyamakuru Jimbere caragize amatohoza ngo kimenye neza congere kibashikirize n’ibindi bijanye n’inyifato y’abakenyezi...
I Bujumbura hari ubunywero bumwebumwe iyo amasaha amwamwe ageze usanga bwiharijwe n’abagore gusa. Hagati y’isaha icumi n’imwe z’umuhingamo n’isaha imwe y’ijoro, abavuye...