Ibirori vyo gushikiriza uyo muduga vyabaye kur’uno wa 14/04/2026 kw’ishami ry’iyo banki riri mu Kamenge, aho vyari vyitabwe n’Ubuyobozi bwa BCB, PAEEJ...
Ikigo c’ubudandaji KIGEGA kiramaze indwi nkeyi gikora, mu nyubakwa ndangangakaranga (Palais des Arts) mu gisagara ca Bujumbura. Kw’ihangiro ryo guteza imbere ibihingurirwa...
Umurwi wa mbere ugizwe n’urwaruka rw’abanyamigambi basavye aho kudandariza ivyo bahingura mu kibanza kiri hagati mu gisagara ca Bujumbura co kuri « Palais...
Mu migambi nyamukuru iriko irashirwa imbere n’ikigo PAEEJ harimwo uwujanye n’ubworozi bw’inkwavu: hambavu y’ikigo co kuvukisha inkwavu kiriko kirubakwa mu ntara ya...
Abo ni 24, harimwo abakenyezi 14, bagize umurwi wa mbere w’urwaruka rwitunganiriza imigambi y’iterambere bafashwe mu mugongo n’umugambi NUKU. Bakaba barangije kur’uyu...
Amezi atatu ararangiye umukuru w’igihugu c’Uburundi ashizeho umugambi PAEEJ, umugambi ufise ihangiro ryo gushigikira urwaruka ruheza amashure yarwo kugira ngo rushobore kwibeshaho...
Ni na co gituma kuva mu mpera z’umwaka wa 2020, JIMBERE hamwe n’ikigo c’ukumenyesha amakuru Kaze Com, barikumwe n’Ingome n’Ubuholandi, bafashe iya...