Abakenyezi n’abigeme bakora urudandaza rutoruto batembereza mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko bibafasha kubaho bativye kandi batisutse mu bushurashuzi. Ariko nubwo biri...
Ishirahamwe Pax Christi International rifadikanije na Horana Iteka VMIA baratunganije kuva igenekerezo rya 25 gushika irya 27 Ndamukiza 2024 mu Ruyigi inama...
Abakenyezi 1.007 ni bo bari mu mabohero atandukanye, aho abagera 253 bafungiwe mu mabohero afungirwamwo abakenyezi n’abigeme i Ngozi n’i Muyinga. Ibohero...
Mukubandanya duhimbaza umusi wahariwe agateka ku mukenyezi, ishure rya kaminuza yitiriwe umuco y’i Bujumbura (Université lumière de Bujumbura) rifashwe mu mugongo n’ishirahamwe...
Imigambi mitomito ishika 8.283 ni yo abakenyezi barenga 10.000 bamaze kwitunganiriza babifashijwemwo n’ishirahamwe Foi en Action (F.A) mu ntumbero yokurondera kwiteza imbere...
Amazina yiwe akaba ari Nkorerimana Claudine batazira Sugi ni umwigeme akora akazi k’ubu« taxi-vélo» gasanzwe katamenyerewe cane ku bakobwa kuko gasaba inguvu...