Urwaruka rutari ruke rurirengagiza ibijanye n’ibiyago ndoragitsina rugasanga ruriko ruragwa mu ngorane rutari rwiteze maze rugatangura kwicuza. N. J, wo mu ntara...
Kuri Donatus Conference Center kuri uyu wa 30 Mukakaro 2025 hari ikiganiro cahuje umugambi PNSR uraba irondoka rijanye n’amagara meza hamwe n’abayobozi...
Mu mwaka w’ishure wo mu 2018-2019, abigeme 1.268 baratwaye imbanyi batifuza mu mashure atandukanye ari mu Burundi. Biri mu cegeranyo cakozwe n’ishirahamwe...
Ni C.N, umwigeme w’imyaka 17 aba mu Kirundo. Uyo mwigeme mu gihe yari atanguye umwaka w’indwi w’amashure shingiro yatwawe n’ibishobisho vy’uko akunzwe...
Iyo uriko uratembera mu ma karitiye no mu mabarabara y’ibisagara canecane i Bujumbura, haba hagati y’amazu, mu tuzu twa surwume, mu mayarara,...
Hari ukuntu abahungu twama dushaka kugara ku bakobwa. Kubasororera ivyo bashaka kugira ngo tubereke ko twifashe neza. Ivyo kenshi tubigira ku bakobwa...
Igikorwa cayo gikuru ni ugufata neza igikiriza hama uwukambaye akumva yisanzuye gukora ibikorwa vyiwe. Ako gahuzu ko musi k’abigeme ariko « sutiye...
Abantu batari bake barahurumbira vya binini vyo kwikingira imbanyi vyihuse mu masaha 72 ari vyo bita « pilule du lendemain ». Ariko...
Kugira umugambi wo kurondoka ku rugero utere intambwe n’iterambere ku gihugu ntirinigirwe mu menshi, abarongoye abandi bakwiye kuwuja imbere haba mu ntwaro...
Hari igihe abahungu canke abagabo biyumvira ko kurangura amabanga mpuzabitsina ari ugukomesha umukobwa canke umugore baba barikumwe ngo akunde abemere. Ukwiyumvira bene...