Amakuru yaranze akarere mu ndwi ya 19 – 27 Rusama 2023 Ikigo kijejwe gukinga no kurwanya ibiyayuramutwe – DCEA kivuga ko kiriko...
Kuva ikiza Covid-19 giteye, imigambi ifashwa na FIDA mu Burundi yarakoze ibikorwa bitandukanye mu ntumbero yo kugwanya ubukene no gufasha gushikana abanyagihugu...
Muri iki gihe ikiza ca coronavirus gihagaritse umutima isi yose, n’Uburundi budasigaye inyuma haracibonekeza abantu batembereza amazi mu dusashe canke mu bibuni,...
Ku bituro vy’imiduga yunguruza abantu mu gisagara ca Bujumbura hari hasanzwe itegeko ryuko umuntu wese yinjira mu muduga abanza gukaraba n’amazi meza...
Muribuka ingene Njebarikanuye yari azananye amaswaga mu kwandika yivuye inyuma ahanura ku bijanye n’ibintu yakunda kubona aho abaye? Acumva ikiza c’umugera coronavirus...
Abarundi batari bake baribaza nimba ikiziga c’uwishwe n’ikiza kibangamiye isi yose gihambwa cokimwe n’ibindi ? Ubona ko nubwo umuntu aba yapfuye, umugera wari...