Mu gihe umwaka w’ishure wa 2021-2022 ugiye gutangura, mu mashure y’ibinyoni (gardienne) yakira utwana tucimenyereza ishure, harakunda kwibonekeza isuku rike mu tuzu...
Mu gihe abavyeyi baba bahagaritse kwambika umwana ivyo kugumya umukoyo, aho twovuga ivyahi canke ama « pampers » hanyuma umwana akabandanya yonona aho aryamye...
Abanyeshure bagera 5173 bo mw’ishure shingiro barahevye ishure mu mwaka wa 2020 ushira uwa 2021 muri komine Busoni mu ntara ya Kirundo...
Mu kigo c’urwaruka ‘Centre Jeunes Kamenge’ hariko harabera ibikorwa vyo mu ci ku rwaruka ruri mu kiruhuko (camp de travail mu gifaransa)...
Abarenga 5016 ni bo bamaze guharurwa ku miryango 1435 y’abateshejwe izabo n’imyuzurira y’ikiyaga Tanganyika hamwe na Rusizi, yegeranirijwe muri Site Sobel, iri...
Bivanye n’ubuzima bwo mu mihingo imwe imwe ya ruguru budakunze kworohera abana ku bijanye no kwiga ngo atere imbere, abafise amahirwe yo...
Umwaka w’ishure wa 2020-2021 uri mu gice cawo ca mbere. Abanyeshure co kimwe n’abigisha bari ku kivi. Ariko n’ubwo biri ukwo, intara...
Mu gihe hari indwara nyishi zituruka kw’isuku rike, abanyeshure bo ku mashure yo mu Burundi, barahimirizwa gukora isuku aho biga no mu...
Abakenyezi bibungenze bangana ibice 57,3% ni bo bonyene bitabiriye igice ca mbere c’isekeza ry’indwi yahariwe amagara meza ku muvyeyi n’ikibondo ryabaye mu...
Mu mezi icenda aheze, igitigiri c’abana bafashwa n’ishirahamwe Foi en action carongerekanye: bavuye ku 2070 bashika 4518. Ingo zahawe inyigisho zitandukanye na...