Kugira habe impinduka ishimishije mu bijanye n’irondoka rijanye n’amagara meza, abahurikiye mu kibano n’abo bafise ikibanza gikomeye, kuva kubahuzamigambi ba Menyumenyeshe, urwaruka...
Kimwe mu vyo indinganizo ya Menyumenyeshe ihurikiyemwo bose ku mashure yaje ishaka kugwanya harimwo ukudafatwa kumwe hagati y’abigeme n’abasore ku mashure. Urwo...
Ngo ivyahindutse si bike kuva aho Menyumenyeshe itanguriye indinganizo yayo nshasha ihurikiyemwo bose ku mashure. Kuva ku munyeshure guca ku muzamu gushika...
Mu gihe c’ubuyabaga niho haba nyinshi mu mpinduka zo ku mubiri no mu nyifato k’urwaruka. Ni n’aho kandi hibonekeza kwandura ingwara ziciye...
Ubuyobozi bw’indero mu ntara nibwo bushinzwe indero ku rwaruka hamwe n’itangwa ry’inyigisho ku rwego rw’intara. Ni nayo mpamvu mu ndinganizo nshasha ya...
Hari hasanzwe haboneka intambwe mu vyerekeye irondoka rijanye n’amagara meza, Menyumenyeshe itaratangura gushira mu ngiro indinganizo ihurikiyemwo bose ku mashure (AGE). Ariko...
Amakuru menshi yerekeye irondoka rijanye n’amagara meza, usanga urwaruka rugenda rurayakura muri bagenzi barwo, ivyo na vyo bikagira ingaruka mbi nyinshi kuri...
Abavyeyi bafise uruhara ntasubirizwa mu ndero y’abana babo. N’ubwo biri ukwo ikiyago hagati y’abana n’abavyeyi ku bijanye n’irondoka rijanye n’amagara meza nticamaho,...
Mwari muzi ko ikibano c’ishure gishobora gutuma habaho gufatwa ku nguvu, isuku rike ndoragitsina, canke abanyeshure bakiga umutima utari mu nda? Mu...
Kurandurana n’imizi inda z’indaro mu mashure gushika ku rugero rw’ibice 0%, ihangiro rya FNUAP n’Ubushikiranganji bw’Indero, niryo ryari ishimikiro ry’ikiganiro cariko kiraca...