Amashuha yo ku Mugara muri komine n’intara ya Rumonge yarinjije amafaranga y’amarundi ashika imiriyoni 154 kuva mu 2019 gushika mu 2023. Amafaranga...
Mu gihe mu Burundi hitezwe imvura y’umurengera muri iki gihe c’agatasi, abenegihugu bo muri zone Gatumba komine Mutimbuzi mu ntara ya Bujumbura...
Ikibanza c’iratiro c’i Bujumbura Musée Vivant cobwirijwe kuba igikwega ingezi, gihurumbirwa na bose gutyo kikinjiza amafaranga menshi. Ariko aho kuba ikibanza c’iratiro...
Inkengera z’ikiyaga Tanganyika ntizikingiwe. Umuntu uwo ari we wese ahakorera ivyo ashatse kandi mu kajagari. Nta rutonde ruhari. Ivyo rero bituma ikiyaga...
Ivyo rero abanyamugoboka bakabivuga bafatiye ku kuntu babayeho batagira amazi, umuyagankuba, amabarabara, nayo ibihomoka vy’ibimanga bituruka ku ruzi Ntahangwa vyo, ngo biza...
Barongowe na Nicolas Oguge umuhinga w’umunyakenya, umugwi w’abahinga bava mu bihugu vya Afrika y’ubuseruko barakoze ubushakashatsi bufashwe mu mugongo n’umugambi wa USAID...
Izo ngo zo muri Gatumba, Rumonge na Nyanza-Lac zarataye ziromoka bivuye ku myuzurira yatewe n’iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika n’isesa ry’amazi ya Rusizi....
Uko umwaka utashe ibinyabuzima vyababa ibihumbi ijana birapfa biturutse kw’itabwa ry’imicafu mu mazi y’inzuzi, y’ibiyaga, n’ibindi. Inyigisho zari zikwiye gutangwa guhera mubana...
Iyo uriko uratembera mu ma karitiye no mu mabarabara y’ibisagara canecane i Bujumbura, haba hagati y’amazu, mu tuzu twa surwume, mu mayarara,...