Ibikorwa vyawo vyuguruwe icese ku wa 21 Ntwarante 2022, i Gitega, mu ntumbero yo gushigikira abana n’urwaruka rungana 4.510 ruba mu miryango...
Uza wumva ngo kora iki, ja aha, nzanira iki, umwana ntatevye gukora ivyo nyina amubwiye kumbure kubera ko yarushe, ukumva ngo wa...
Hari amabwire menshi abakenyezi batari bake bakenyereyeko ajanye n’ibintu bafuruguta kugira ngo bikunde ntibasame imbanyi batipfuje: uri abihereza imisabiko, abaterateranya utu na...
Kutaronka urukundo mu muryago, kuvuka nt’ubone abavyeyi, kw’ama abavyeyi barwana imbere y’abana, kubona umuvyeyi yama ataha yaborewe ugasanga rimwe rimwe yiyononyeko canke...
Buri muntu agira uwo akunze n’uwo yiyumvamwo. Igihe akunze ntakundwe canke agahemukirwa n’uwo yarakunze birashobora kumutera akabonge. Ivyo bikunyuka igihe uwo bishikiye...
Mu gihe umwaka w’ishure wa 2021-2022 ugiye gutangura, mu mashure y’ibinyoni (gardienne) yakira utwana tucimenyereza ishure, harakunda kwibonekeza isuku rike mu tuzu...
Mu gihe abavyeyi baba bahagaritse kwambika umwana ivyo kugumya umukoyo, aho twovuga ivyahi canke ama « pampers » hanyuma umwana akabandanya yonona aho aryamye...
Mu gihe c’ikiruhuko co muci, hariya ruguru mu mitumba, hari inkino zitandukanye, n’ibikorwa biryohera abana. Ukwo ibihe bigenda birahinduka, ni kwo n’ibiryohera...
Inès Nzeyimana na Bella Kabeya, abigeme babiri bavukana, basanzwe baba mu Bubirigi, barikumwe n’umuvyeyi wabo, kuruyu wa 13 mukakaro bararonkeje ibikoresho vy’ishure...
Bishima ngo bagire bafashwe naho shwi bagire «baribwe. » Iyo ni imiyabaga y’abigeme ikivyiruka ihendwa n’abatama biyambitse ishusho y’ubuvyeyi ngo bagire babafashe,...