Hari abantu usanga binjiye mu nkundo bakazihebera gushika n’aho iyo bahemukiwe bibagora kwakira mbere rimwe na rimwe ugasanga hari n’abahuye n’ikibazo co...
Abavyeyi bo mu Buyenzi bariruhutsa ko, kwa “Mukono” hugawe. Hari abavuga ko abagabo n’abigeme bamwebamwe batari bakibarizwa mu mihana i wabo ku...
Wa musore aheruka « kuzuka » wo muri komine Itaba mu ntara ya Gitega, Jimbere Magazine yaraye imwiboneye amaso mu yandi. Tuyisabe Augustin, afise...
Ugira gutya ukumva ngo umuntu yatanze ubutumire igihumbi bw’abazomuzira mu rubanza, ariko ugasanga nyene urubanza mu buryo bwiwe ntashoboye no kuzimana abantu...
Kumenya hamwe nogutahura ivyiyumviro v’y’uwundi ni kimwe mubirwanya amajambo abiba urwanko hagati y’imirwi itandukanye. Ivyo bishikirizwa na Alexis Ndayizigiye, umuhinga mu vy’inyifato,...
Nubwo bitavugwa kenshi, kugira amahoro mu mutima, ni kimwe mu nkingi nyamukuru imigambi yo kwiteza imbere yubakirako. Ni isoko ry’umunezero mu bubakanye,...
Gukoresha imvugo zo kwagirizanya kenshi biba bifise ivyo bihishije. Acher Niyonizigiye, umwigisha w’ivyirwa vy’uburongozi hamwe n’ibindi bijanye navyo, aratuyagira bimwebimwe muri ivyo…...
Mu gihe rusansuma iheruka kuba mu mwaka w’i 2008 iyobowe n’ikigo ISTEEBU yerekanye yuko ibice 65 vy’abarundi bari musi y’imyaka 25. Ishirahamwe...
Nimba hari ibintu vyeze mu rwaruka ndetse no mu babakurira: guhanahana amashusho n’utuvidewo tw’abakobwa n’abahungu bambaye ubusa canke bariko barikinisha ahandi naho...