Ce 30 novembre 2019, phase aller ya Primus Ligue yararangiye. Mu gihe Messager Ngozi ariyo irongoye ihiganwa (32 points), mukeba wayo bisangiye...
Iyo n’inyishu Kenny yatanze abajijwe ukuntu yakiriye résultat y’urukino hagati y’Uburundi na Centrafrique. Yongera ati : « Jiwaze, depuis la qualification historique, intamba...
Kubw’iyo mfashanyo, abagendana ubumuga bagiye kuza barakina agapira nk’abandi bose mbere n’amahiganwa atunganywe yaba ayahuza intara canke ibihugu . Bishikirizwa na Remy...
Mu gihe udashobora gutahura vyoroshe imvugo zikoreshwa na bamwe mu rwaruka rwatwawe na za nkino z’igihamana, twashimye kwerekana insiguro y’amwe mu majambo...
Mu gihe kuri uwu wa 22 Ruheshi Abarundi isinzi n’abanyamahanga bari barindiranye igishika urukino rw’umupira w’amaguru ruhuza umugwi nserukiragihugu w’Uburundi n’uwa Nigeria...
Uburundi ntibugitangwa mu nkino za judo zitunganywa ku mugabane wa Afirika mu ntumbero yo kwironderera amanota azotuma bwitabira amahiganwa yo ku rwego...
Uburundi buhagaze neza cane ku mugabane wa Afirika mu rukino rwo kunagana (jido), aho mu nkino z’igikombe ca Afirika ku miyabaga hamwe...