Igiterwa c’ibiharage kiri mu mugwi w’ibinyamukerera kirimwa mu ntara zose z’Uburundi. Ibiharage biharimwa biri mu bwoko 3: ibiharage bigufi bitagira imitwe, ibiharage...
Reta y’Uburundi ibicishije mu bushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije, iheruka gushinga ibiciro bizogurigwako abarimyi ku bifungurwa bimwebimwe abarundi birimira mu Burundi. Ariko none...
Iyo uriko uratembera mu ma karitiye no mu mabarabara y’ibisagara canecane i Bujumbura, haba hagati y’amazu, mu tuzu twa surwume, mu mayarara,...
Mu Burundi, ibice 60% vy’abantu bafungura nabi. Kubw’ivyo, mu ntumbero yo kugwanya ugufungura nabi, ikigo ISABU carakoze ubushakashatsi bwatanguye mu mwaka wa...
Bishima ngo bagire bafashwe naho shwi bagire «baribwe. » Iyo ni imiyabaga y’abigeme ikivyiruka ihendwa n’abatama biyambitse ishusho y’ubuvyeyi ngo bagire babafashe,...
Itariki 12 Ruheshi, ni umunsi mpuzamakungu wahariwe kugwanya akazi ku bana. Mu Burundi, bivuye ku mvo zitari nke, abana bakora ubuzi bw’abakuze...
Umugambi wa Reta y’Uburundi PIPARV-B ufashwe mu mugongo n’ikigega mpuzamakungu FIDA citaho uburimyi, kuri uwu wa 12 Rusama 2021 watanze ibibuguru vy’ingurube...
Sinzi ko ari amajambere canke ari ugutituka kw’imico. Aho hambere, ahantu umuntu yitavye Imana, wahabwirwa n’amarira, amaborogo y’uko babuze uwabo, babuze incuti,...
Ibikorwa vyo kwegeranya umwimbu w’ikawa hamwe no kuwudadanza vyagenze neza mw’sizeni ya 2020-2021, aho umwimbu wabonetse uri ku rugero rw’ibice 53, 37%....
Ico kigo kiri muri komine Nyabihanga, intara ya Mwaro, catanguye gukora mu kwezi kwa Nyakanga 2020 kikaba gifasha abana b’impfuvyi hamwe n’abana...