Mu migambi nyamukuru iriko irashirwa imbere n’ikigo PAEEJ harimwo uwujanye n’ubworozi bw’inkwavu: hambavu y’ikigo co kuvukisha inkwavu kiriko kirubakwa mu ntara ya...
Sara Mbago Bhunu umuyobozi mukuru wa FIDA mu karere ka Afirika y’ubuseruko n’iy’ubumanuko yari mu rugendo mu Burundi kuva ku wa 26-29...
Wa wundi ngo ishure ryiza rigutegurira kazoza keza, ntiyabeshe. Yarangije kaminuza y’i Ngozi mu gisata cigisha uburimyi no kwitunganiriza imigambi mu 2018....
Bayubahe yatanguriye ku kworora inkoko, ariko yaje kuzigurisha zose yiyororera inkwavu. Ku nkwavu 10 gusa yatanguje ubu afise uruhongore rw’inkwavu 95 kandi...
Umugambi wa Reta y’Uburundi PIPARV-B ufashwe mu mugongo n’ikigega mpuzamakungu FIDA citaho uburimyi, kuri uwu wa 12 Rusama 2021 watanze ibibuguru vy’ingurube...
Ardent Nshimirimana, ni umwe mu bakiri bato bihebeye uburimyi n’ubworozi. Yashimye gushira imbere ubworozi bwa dindons, umugambi usaba ukwitanga n’ukwihangana cane. Jimbere...
Kuri uwu wa 24 Kigarama 2020, Ubushikiranji bw’Uburimyi, Ubworozi n’Ibidukikije bubicicishije mu mugambi wabwo PRDAIGL, bwatanze inka 240 ku bantu b’amikoro make...
Nzokirantevye Kosima ni ryo zina ryiwe. Ni umurimyi mworozi. Aba muri zone Mutoyi, komine Bugendana, intara ya Gitega. Yakuze akenye cane. Nkako,...
Abantu baronse inyigisho z’umugambi wa Reta Prodefi ya mbere ufashwe mu mugongo n’ikigega mpuzamakungu FIDA ngo barashobora kubandanya bashira mu ngiro ivyo...