Abo banyeshure biga mu mwaka wa nyuma mu gisata nderabigisha kw’ishure ryisumbuye rya Mukungu muri komine Nyanza birukanwe ku musi wa kane...
Mu ruganda rwahuje abashakashatsi mu gisata c’indero mu ntara ya Gitega mu kurabira hamwe inyigisho zitangwa mu gice ca kane c’ishure shingiro...
Hari ejo haheze ku wa 27 Ruhuhuma 2025, kw’ishure rya Nyabagere II riri mu buyobozi bw’indero bwa komine Ntahangwa, mu gisagara ca...
Abanyeshure 7 b’abakobwa bo kuri Lycée Busiga, bavuye mu buraro bwabo mw’ijoro ryo ku wa 21 Nyakanga 2024 bambaye impuzu zo kurarana,...
Harashimwa ingingo ya Reta yo gusubiza ibisata bimwe bimwe mu mashure y’uburaro. Yamara, hari ivyankenerwa bisabwa kugira uyo mugambi uranguke neza. Mu...
Ivyo bishikirizwa na Joseph Ndayisaba yahoze ari Umushikiranganji w’indero, akaba n’umwigisha muri kaminuza y’Uburundi kuri uyu wa 11 Munyonyo 2024, igihe Kaminuza...
Mu gihe bamwe mu bigisha bavuga ko iyo bari mu kazi kabo ka minsi yose ko kwigisha hari amajambo yo mu zindi...
Abanyeshure 1.714 nibo basozereye ivyigwa vy’ururimi rw’ikidagi mu mwaka uheze wa 2023, abagera ku 2.383 nabo baramaze kwiyandikishije ngo batangure. Kuri uyu...
Ishure Nderabigisha ENS ryarateguye kuva kuri uyu wa 14 n’uwa 15 Kigarama 2023 mu kigo caryo kiri mu gisagara ca Bujumbura ikiyago...