Kuri uyu wa 10 Mukakaro 2025, hacuzwe amajambo 9 mu kirundi yiyongera ku yandi 5 yacuzwe mu mwaka uheze mu kigo c’indamurabitabu...
Ivyo vyashikirijwe na Ferdinand Mberamihigo, umwigisha muri Kaminuza y’Uburundi akaba n’umuhinga mu bijanye n’indimi, kuri uyu wa 18 Mukakaro 2024 mu gihe...
Bigirimana Clément umunyamabanga ntayegayezwa w’urwego nshingwakirundi avuga ko mu vyo urwo rwego rujejwe harimwo uguteza imbere ikoreshwa ry’ururimi rw’ikirundi mu nyigisho z’igice...
Mu Burundi hari abagikengera ururimi kavukire mbere bakanabona ko batorwigisha abana babo. Bigatuma hari abagera mu bigero batazi ikirundi. Ivyo bigaterwa n’uko...
Kw’igenekerezo rya 21 Ruheshi uko umwaka utashe, Uburundi bwama bwifatanya n’amakungu mu guhimbaza umunsi mukuru waharihiwe umuziki. Ivyo biri ukwo mu gihe...
Urwego nshingwa kirundi rwarongeye kunagurwa mu Burundi kugira rutangure ibikorwa vyo gusubiza akanovera ururimi rwa ba sokuru. Ni ivyashikirijwe kuva kuri uyu...