Ime! Erega n’ubu mutembereye harya mwize utwo tujambo turacakoreshwa!Eka mbere namwe iyo muteramiye hamwe, usanga aritwo muyaga. Burya rero ni kwo vyama....
Kuri uwu wa 20 nzero, Kaminuza y’Uburundi yakiriye abanyeshure baje gutangura umwaka w’ishure wa 2019-2020. Bamwe muri bo bakaba bariko barajuragirika kubw’utubazo...
Kuva aho umukuru w’igisagara ca Bujumbura Freddy Mbonimpa afatiye ingingo yo guhagarika urudandaza rw’ama unités rubera mu mitaka muri ico gisagara no...
Mu buraro bw’ikigo co ku Mutanga, ikibazo co kuronka imatera gisigaye cabaye umuzi w’ibuye. Bamwe mu banyeshure baronkejwe ivyumba birabananira guhita mwo...
Inyuma y’aho abanyeshure bo muri kaminuza y’Uburundi baboneye ihindagurika ry’ibiciro vy’uturesi twavuye ku 700F tugasimbira ku 3000F, amafaranga bakatwa ku kwezi akava...
Abantu batari bake baranegura umuco w’abanyeshuri bo muri kaminuza y’Uburundi (« abapoils ») wo kwama bahagaze kw’ibarabara bagonze urutoke basaba « lift...
Kuva aho uturesi dukoreshwa mu kubikura ku maposita tudugirijwe ibeyi tukava ku mafaranga y’amarundi 700 tukaja ku 3.000 Fbu, abanyeshure bo muri...
Mu gihe abanyeshure bamaze imyaka ibiri n’iyirenga bahejeje amashure yabo ya kaminuza y’Uburundi bidoga ko batararonswa impapuro z’imitsindo zabo, umuyobozi w’inyigisho mur’iryo...