Uburundi bugiye kwongera kwifadikanya n’ibindi bihugu vya Afririka mu kwitabira Isabukuru igira 13, ihuza abaririmvyi b’imboneza mu gutsimbataza akaranga nyafirika(Sica) izobera mu...
Ukwiyunguruza mu kirere ku rutaro hakoreshejwe amangetengete ni ikintu gikunzwe kuvugwa ariko kidahurizwako na bose. Ni mu gihe mu gaturuturu ko kuri...
Kurwanya ubukene no kubaho ufise ico ukora kigusahiriza mu buzima bwa minsi yose biva mu nguvu n’ubukerebutsi bwo kwiga kwitunganiriza imigambi ya...
Inzu zababa 11 ziramaze kubomoka biturutse ku mugaga munini uva mu kuzimu, ingo 36 zisabwa kuva i Nyamanogo iri muri karatiye Winterekwa...
Imico imwimwe y’ikirundi, inda zitipfujwe, ugutotezwa… ni zimwe mu nzitizi zibuza abana kubandanya ishuri mu Burundi. Kuri uyu wa 14 ntwarante, ikinyamakuru...
Abarimyi barakwiye kumenya ingene isi imeze canke ikirere iyo bitegurira gutera imbuto mu mirima. Ubuhinga bushasha mu burimyi bita Agri-coach buje butanga...
Mu gihe abakenyezi barenga igice c‘abarundi (51%), umuhinga mu bijanye n’imico n’imigenzo, Jean Bosco Manirakiza, ashikiriza ko umukenyezi ari isoko ry’iterambere, haba...
Uburundi buhagaze neza cane ku mugabane wa Afirika mu rukino rwo kunagana (jido), aho mu nkino z’igikombe ca Afirika ku miyabaga hamwe...
Ururimi rw’ikirundi rubitse ubutunzi bwinshi. Ivyo ni ivyagaragariye mu birori vyo guhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe ururimi kavukire. Vyari vyatunganijwe n’ishure Kaminuza ry’Uburundi...