Mu ruganda rwahuje abashakashatsi mu gisata c’indero mu ntara ya Gitega mu kurabira hamwe inyigisho zitangwa mu gice ca kane c’ishure shingiro...
Hari abantu usanga binjiye mu nkundo bakazihebera gushika n’aho iyo bahemukiwe bibagora kwakira mbere rimwe na rimwe ugasanga hari n’abahuye n’ikibazo co...
Uwatanguje ikigo Centre Jeunes co mu Kamenge yararengutse itariki 27 Mukakaro 2024 mu Butaliyano aho yarasanzwe aba. Ni iki caranze uwo mupatiri...
Kwicara mu biro, kuba umukoresha ahantu kanaka canke kuba hejuru y’abandi mu gihe ugeze mu bantu bitakunze ko bamara amashure canke bataciye...
Ugira gutya ukumva umuntu ariko yihaya ubugabo avuga ko ashobora kumara umunsi wose adasohotse yibereye kuri terefone, araba udufoto n’utuvidewo tw’abantu batandukanye...
Hari ibintu biharawe mu bakobwa bamwebamwe aho usanga bashaka ko abahungu babafata nk’abana babo. Ico bashatse cose bagashaka ko barinda kugihabwa n’abahungu...
Bamwe mu bagabo n’abagore cane cane bamwe bigira abasirimu, uza wumva bavuga ngo umuntu mwahoze mukundana ntimwohebana burundu kubera wubatse urwawe. Ahubwo...
Nimba hari ibintu vyeze mu rwaruka ndetse no mu babakurira: guhanahana amashusho n’utuvidewo tw’abakobwa n’abahungu bambaye ubusa canke bariko barikinisha ahandi naho...
Uru rwaruka rwiyita ngo ni abana bo mw’i ‘cité’ canke abanyamuji (watoto wa mjini), oya mu vyukuri barakavya. Si abakobwa si abahungu...
Ni urwaruka rungana rute rw’abarundi ruzi ibahasha y’amahera y’amarundi arenga imiriyaridi 2 ? Ikigega kijejwe gushigikira no guteza imbere imigambi y’urwaruka «FIGA»...