Hari abemeza ko kugenyera igitsina c’umwana w’umuhungu bikenewe cane mw’isuku ryiwe abandi bakabona ko atari ngombwa mu gihe akorera isuku igihimba c’irondoka ciwe neza....
Narakize S. yari yarubakanye n’umugabo, maze imibano yabo ntiyabandanya , barateba baravana mumwaka w’1998. Iynyishu y’uko agendana umugera wa SIDA mu 2000...
Mushobora kuba musangiye ubuzima, canke mubana munzu canke bigufasha kwirinda abasuma, ariko bitabungabunzwe neza, ibikoko vy’ibitungano biri mubikwiragiza ingwara. “Ico gihe twari...
Ishirahamwe « Amazi Water » ririko rikora bidasanzwe mu gisata c’amazi mu Burundi. « Ihangiro nuko gushika mu mwaka wa 2028 abarundi bose bazoba baronkejwe...
Itariki 4 Ntwarante, ni umusi mpuzamakungu wahariwe ubuvyibuhe burenze urugero – « obésité ». Ikaba ari indwara inatuma haza urukurikirane rw’izindi ndwara,...
Ibikoresho bijanye n’ukubaga, ivyo gupima aho igihimba c’umubiri cakenyukiye n’ivyo gusinziriza abagwayi bifise agaciro k’umuriyaridi w’amarundi ni vyo ishirahamwe MSF kigobe (Médecins...
Benshi barawugendana, ukabamarako igihe kirekire kumbure bafise n’udufaranga two kuwivuza, ariko ntibirirwe baritura abaganga kuko bibaza ko ata co boba bagisha bokora,...
Ibanki BCB na Mutuelle kuri uwu wa 09 Ruhuhuma 2021 bagiranye amasezerano yo kuvuza 100% abakukuruke ba BCB. Ariko twokwibaza nimba imiti...
Abaganga bavura iyo ngwara ni 2 gusa mu gihugu kirimwo abantu bababa imiriyoni 12. N’imashini zifasha mu kuvura iyo ngwara, ntizikwiye. Abagwayi...
Gushika isaha umunanini z’umuhingamo, ku munsi wa mbere w’iminsi 30 yahariwe isekeza Ndakira sinandura kandi sinanduza Coronavirus, ibibanza vyateguriwe kwakira abipfuza gupimwa...