Uburundi buri mu bihugu bifise urugero rw’abakoresha ibisata vy’amabanki rukiri hasi, ku muga-bane wa Afirika (ibice 20%). Amakoperative yo arahagirira ibibazo. Biri...
Mu ntumbero ya Reta y’Uburundi amakoperative afatwa nk’inzira y’ugushika kw’iterambere rirama. Ariko kugira ngo ivyo bikunde bisaba inguvu n’ivyiyumviro vya benshi kugira...
Abakora akazi ko kwunguruza abantu n’ibintu bakoresheje amakinga mu gisagara ca Bujumbura ubuzima ntibuboro-hera. Mu gihe baba bavuye ruguru bazi ko baje...
Umuceri n’igiterwa gikomeye mu Burundi, ntasubirizwa mu vyo abantu bafungura buri munsi. Ico gifungurwa kikaba kiza ku mwanya wa kabiri nyuma y’ibiharage...
Reta y’Uburundi, mu mugambi wo kwiteza imbere, ya-hamagariye abanyagihugu kuja hamwe kugira batorere in-yishu ku bibazo bafise, na cane cane baronke ivyo...
Mu mafaranga Reta y’Uburundi yategekanya gukoresha mu mwa-ka wa 2019-2020, amafaranga y’amarundi angana n’imiriyarindi 29,1 yari agenewe amakoperative Sangwe yo ku mitumba...
Urunani rw’amakoperative Mutoyi rugizwe n’amakoperative 8 rwavutse mu 1980. Gushika uno munsi, urwo runani rwarubatse izina haba ku rwego rw’igihugu eka no...
Muri iki gihe, amakoperative ariko ashingwa ku murindi bitahorako mu minsi irenganye. Abanywanyi ibihumbi n’ibihumbi bariko begeranira hamwe mu gushinga amashirahamwe yo...
Mu Burundi, amakoperative agengwa n’itegeko nomero 1/12 ryo ku wa 28 Ruheshi 2017. Iryo tegeko riratomora uko ashingwa, atunganywa riranategekanya n’uturusho ahabwa,...
Amakoperative ariko arijukirwa cane muri iki gihe azwi cane muri kahise k’Uburundi ku gihe ca Rwagasore. Ariko n’imbere yaho yarabayeho. Haba aho...