Ibitigiri vy’abanyeshure biri hejuru mu mashure bituma abana biga bicaranyeko ku ntebe, kandi ntibakurikire neza umwigisha. Hari abana usanga bisinziririye mu gihe...
Umwaka w’ishure wa 2020-2021 uri mu gice cawo ca mbere. Abanyeshure co kimwe n’abigisha bari ku kivi. Ariko n’ubwo biri ukwo, intara...
Mu gihe hari indwara nyishi zituruka kw’isuku rike, abanyeshure bo ku mashure yo mu Burundi, barahimirizwa gukora isuku aho biga no mu...
Abayobozi b’amashure shingiro n’ay’inyuma y’ishure shingiro mu Burundi barahanzwe n’ikibazo kijanye no kwuzuza (compléter) no gusinyisha impapuro z’imitsindo (ama certificats/diplômes) z’abanyeshure bahejeje...
Mu 2014 harashizweho itegeko ry’umukuru w’igihugu rigena inagurwa ry’urwego nshingwakirundi rwari rwashizweho n’iteka ry’umwami Mwambutsa IVn0 01/96 ryo ku wa 16 Nyakanga 1962...
Intambamyi ku burimyi mu Burundi ni nyinshi. Muri zo ihindagurika ry’ibihe rikaza kw’isonga. Rino na ryo rituma abarimyi canke abanyamitahe batinya gushira...
Mu gihe abarimyi baguma barondera kugwiza umwimbu, ntibatangwa no gukoresha imiti mvaruganda mu gufumbira canke mu gupompa ibiterwa vyabo (pesticide). Ariko naho...
Si nyakwigendera umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza, si Evariste Ndayishimiye, bose baramwemera. N’ikimenyamenya ari mu barimyi bake bamaze kwicara mu kirimba kwa Ntare...
Ibanki BCB na Mutuelle kuri uwu wa 09 Ruhuhuma 2021 bagiranye amasezerano yo kuvuza 100% abakukuruke ba BCB. Ariko twokwibaza nimba imiti...
Amatoni y’ifumbire 22.122 hamwe n’ishwagara ingana n’amatoni 8.506 ni vyo vyategekanijwe guhabwa abarimyi mw’irima ry’impeshi ya 2021. Haracaguwe abagwizambuto mu gihugu cose...