Ibice 97% vy’abakenyezi ni bo bonsa abana babo kuva bakivuka gushika ku mezi 6. Muri bo, 83% baronsa abana ata kindi babavangiye....
Abantu ngo barashobora kwikingira no kwivura ingwara umukimba bakoresheje icayi citwa Tisane Curative 2020 gikorwa mu ruvangatirane rw’amababi y’Umubirizi, Artemisia, Umukaratusi, Stevia...
Aho hambere abakurambere mu guhanura canke mu gutoza indero abantu ntibarinda kuvuga ngo basarare,ahubwo nyabuna babicisha mu migani canke imyibutsa. Umukurambere yarakuraba...
Tungurusumu ifatwa nk’uruboga canke ikirungo gifise uruhara mu gutunganya no kuvura imitsi minini. Ishobora gukiza no gukingira abantu indwara umuyoro. Itera abantu...
Yohani Batista Ntahokaja, yarahagarariye yongera aritwararika ururimi rw’ikirundi agerageza ku ruteza imbere kugeza n’aho rutangura kwigishwa mu mashure mbere atako ashikiriza iciyumviro...
Mu gihe abantu benshi bamenyerereye kuraba intambo zitandukanye nk’amayaya, intore, urwendengwe, agasimbo … ugasanga baryohewe cane umunezero n’agatwengo bikabegura maze amaso akaguma...
Igenekerezo rya 05 Rusama uko umwaka utashe, ni umunsi mpuzamakungu wahariwe kwibuka ibikorwa vy’aba «Sages-Femmes». Uwo na wo ukaba ari umwuga ukorerwamwo...
Aho hambere, abantu bakoresha imvyino mu guserura akari ku mutima, kakumvikanira mu gahogo, kakisesa no ku rurimi kakiyerekanira mu migere no mu...
Ibitabu birimwo inkuru zanditswe mu rurimi rw’ikirundi ntibishemeye cane mu Burundi bivanye n’uko abanditsi canke abipfuza kwandika muri urwo rurimi babiheba ku...
Kuva aho ikiza c’indwara ya Ebola kivugiwe cane ko kiriko kiriha inkumbi muri Repuburika iharanira Demokarasi ya Congo, Uburundi, na canecane intara...