Uko umwaka utashe, kw’igenekerezo rya 29 Mukakaro harahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe « Rouge à lèvres ». Abantu benshi b’igitsina gore bakaba bayihurumbira bayisiga ku...
Ku ncuro yabo igira kabiri kuri Arena Club, Kiyo Fashion Collective yongeye kwugurura ibikorwa vy’ihayanisha-gurisha vy’imideri ikorerwa mu Burundi kuri uwu wa...
Abigeme benshi mu Burundi bubakana n’abahungu atari ababo. Baja ku musore yabakunze ntibaja ku wo bakunze kubera imvo yo gutinya gufata iya...
Mu bona gute hamwe twotereza akajisho ku bifungurwa bitekwa ku mashure y’uburaro, ku mashure y’akarorero, mu bigo vya Kaminuza canke vy’igiporisi n’igisoda?...
Burya, intara ya Bugufi yahoze iri mu Burundi kuva mu mpera y’igihe umwami Ntare Rugamba yaza aragaba ibitero mu bundi bwami, yabutsinda...
Umwimbu mwiza, umutekano hamwe n’uburenganzira bwo gushobora gufungura, kugira uburenganzira kuri vya nkenerwa, gukorera isi ndimwa, ibijanye n’ibitsina hamwe n’urwaruka, … bikeneye...
Muribuka ingene Njebarikanuye yari azananye amaswaga mu kwandika yivuye inyuma ahanura ku bijanye n’ibintu yakunda kubona aho abaye? Acumva ikiza c’umugera coronavirus...
Hari igihe abahungu canke abagabo biyumvira ko kurangura amabanga mpuzabitsina ari ugukomesha umukobwa canke umugore baba barikumwe ngo akunde abemere. Ukwiyumvira bene...
Umugabo nawe nyene arakwiye kugira uruhara ruboneka mu mugambi wo gutandukanya imvyaro mu muryango kugira afashe igihugu kugabanya igwirirana ry’abantu riri ku...
Ime! Erega n’ubu mutembereye harya mwize utwo tujambo turacakoreshwa!Eka mbere namwe iyo muteramiye hamwe, usanga aritwo muyaga. Burya rero ni kwo vyama....