Birababaje guca ku muntu aryamye ariko arataka atakamba ko ashonje asaba uwomufasha ukamucako ukarengana. Ariko kandi birababaje gusumba kubona umuntu ariko aravundagara...
Kuki dutegura kurongora ata mahera dufise? Ubwo ntidutera ishishi abantu duterereza tubasaba ngo badushigikire? Kubera iki basi hoho tutonategura imanza zihuye n’ubushobozi...
Sasa rero, Njebarikanuye aje yiyamiriza umwanda uteye ishishi wibonekeza ku bubare bumwebumwe bwo mu bisagara kandi bavuga ngo n’ubwo abasirimu. Arababazwa n’ukuntu...
Muribuka ingene Njebarikanuye yari azananye amaswaga mu kwandika yivuye inyuma ahanura ku bijanye n’ibintu yakunda kubona aho abaye? Acumva ikiza c’umugera coronavirus...
Mu gihe mu Burundi abakenyezi ari bo benshi kuko barenga 51%, kuri rino genekerezo rya 8 ntwarante aho isi yose ihimbaza umunsi...
Kuri uwu munsi w’Imana ushitse mu bihe vyiza vyo mw’ikarema, aho abakirisu bose bitegurira guhimbaza umunsi mukuru wa pasika, « Njeba »...