Kuri uyu wa 16 Ntwarante 2024, niho haba urugendo rwo kugendera ibibanza vy’iratiro vyo mu gisagara ca Bujumbura, mu ntumbero yo kumenya...
Ku kibazo c’uko kwubakana hagati y’abadasangiye ubwoko vyoshobora gutera ingorane kubw’ibikomere biri mu mitima bituruka ku bihe bibi vya kahise Uburundi bwahitiyemwo,...
Ni iki gituma abantu badashaka kuvuga ukuri, bagahitamwo kwinumira kubijanye na kahise kabi igihugu caciyemwo? Evariste Ngayimpenda, umwigisha muri kaminuza yanonosoye ivya...
Gusubiza ijambo intahe yo ku mugina ni umwe migambi yihutirwa umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayisimiye yashikirije ko agiye kurangura vuba. Tugaruke kuri...
Umwami Ntare Rugamba ni umwe mu bami bakomeye b’intibagiranwa muri kahise k’igihucu c’Uburundi. Yashitse ku ngoma mu mpera z’ikinjana ca 18, Ntare...
Ibiringo bibiri nyamukuru vyari bigize umwaka vyatandukanywa n’ibiterwa bibiri bifise akame ka Afirika, ivyo biringo bikaba vyari igenywa ry’uburo mu kwezi kwa...
Burya, intara ya Bugufi yahoze iri mu Burundi kuva mu mpera y’igihe umwami Ntare Rugamba yaza aragaba ibitero mu bundi bwami, yabutsinda...
Aho hambere abakurambere mu guhanura canke mu gutoza indero abantu ntibarinda kuvuga ngo basarare,ahubwo nyabuna babicisha mu migani canke imyibutsa. Umukurambere yarakuraba...
Abarundi benshi bazi Maconco nk’umumenja kuko bivugwa ko yivye imbwa y’umwami. Emile Mworoha, umuhinga mu vy’akahise, yigana afatiye ku butohoji yagize ko Mwezi...