« Iyo utanguye gutera imbere ukiri muto, haba hamaze kuza abandi bagusumba bashaka kubitwara… ». Mu ntahe ashinga, uyu musore w’umunyamigambi aherutse kurenganurwa n’umukuru...
Wa wundi ngo ishure ryiza rigutegurira kazoza keza, ntiyabeshe. Yarangije kaminuza y’i Ngozi mu gisata cigisha uburimyi no kwitunganiriza imigambi mu 2018....
Amezi atatu ararangiye umukuru w’igihugu c’Uburundi ashizeho umugambi PAEEJ, umugambi ufise ihangiro ryo gushigikira urwaruka ruheza amashure yarwo kugira ngo rushobore kwibeshaho...
Nta nkeka ko bamwe bibuka ibiteramo vy’urwaruka rwitunganiriza imigambi vyagiye biraba hirya no hino mu gisagara ca Bujumbura kuva mu 2018. Bwari...
Kuva kuwa 18 gushika kuwa 20 Munyonyo, mu ntara ya Gitega, ishirahamwe mpuzamakungu SFCG-Burundi, rifashwe mu mugongo n’ikigo USAID, mu mugambi « Tuyage »,...