Uza wumva ngo kora iki, ja aha, nzanira iki, umwana ntatevye gukora ivyo nyina amubwiye kumbure kubera ko yarushe, ukumva ngo wa...
Si ukuyica umurya, inyubakwa zishaje, izigeramiwe n’isuku rike, ziribonekeza muri kaminuza y’Uburundi. Haba mu kigo co ku Mutanga, mw’i Rohero canke i...
Mu mafaranga Reta y’Uburundi yategekanya gukoresha mu mwa-ka wa 2019-2020, amafaranga y’amarundi angana n’imiriyarindi 29,1 yari agenewe amakoperative Sangwe yo ku mitumba...
Icayi ni kimwe mu biterwa njabukamazi abarimyi bada-hurumbira cane bivanye nuko agahembo bakuramwo ari intica ntikize. Abarimyi baragerageza kuja hamwe bakagira amakoperative,...
Ikawa ni co giterwa njabukamazi ca mbere cinziza ama-hera menshi y’agaciro mu Burundi. Ariko n’ubwo biri ukwo, abarimyi b’ico giterwa, baba abahurikiye...
Umuntu agendana umugera utera ingwara ya Sida arubaka n’umuntu atawufise ntawumwanduze, kandi aravyara n’umwana akarinda akura atanduye uwo mugera mu gihe bagiye...
Uzawumva ngo : « Mviraho, twara utamena. Subira ku wayiguteye ntitukigukeneye muri uru rugo kuko uratumaramaje mu muryango, » nk’uko umenga wewe umuvyeyi...
Mu Burundi ibiharage biri mu biterwa birimwa cane ufatiye ku buringanire ibiterwa birimwako. Ikigo ISTEEBU cerekana ko mu mwaka wa 2019, ico...
Ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye ugira gutya ukahasanga imyidogo iguma inebagura yongera ihanura aba ba « comefrom » baza kuruhukira mu gihugu c’amavukiro bazaniye benewabo,...
Abana twavukiye mu gisagara canecane abo mu gisagara ca Bujumbura, nta kibazo co kurya amafaranga dufise. Oya pe. Kukabankako twayavukiyemwo. Iyo uri...