Gushika isaha umunanini z’umuhingamo, ku munsi wa mbere w’iminsi 30 yahariwe isekeza Ndakira sinandura kandi sinanduza Coronavirus, ibibanza vyateguriwe kwakira abipfuza gupimwa...
Muri ino minsi abanyagihugu batari bake bari bamaze igihe badebukiwe mu bijanye n’ugukurikiza ingingo zo kwikingira Covid-19, irasubiriye kuvyura umutwe : abantu 40...
Kubero ico kiza, ibihugu bigize akarere ka Afirika y’ubuseruka vyarasohoye itangazo kuwa 25 Ntwarante 2020 rimenyesha ingingo zidasanzwe zafashwe, nk’ukuba haragabanywa uruja...
Kuva aho hamenyekaniye ko mu Burundi hari abantu bagwaye umugera korona, ubwoba ni bwinshi mu banyeshure babandanya bahurira hamwe mu mashure. Uwo...
Igihe cose iyo ikiza cadutse, cama giherekezwa n’ibihuha vyinshi, abigira abahinga ntibabura, nayo abigisha ukabasanga hose. Uri abavuga ukuri, ababesha, abatwara inkuru...
Muri iki gihe igihugu c’Uburundi gifise umwitwarariko udasanzwe wo guhamagarira abanyagihugu kwikingira ikiza ca Coronavirus, ishirahamwe ABG (Alliance for a Better Generation »...
Ku bantu 100 baba banduye ikiza c’umugera wa Coronavirus, abashika 2 ni bo bashobora gupfa, na yo 98 bagakira bivanye n’ingene abasoda...
Ibibanza bihuriramwo abantu benshi nk’amavuriro, ibitaro, amashure, ibibuga vy’inkino, ibiro, amasengero, amahoteri, amasoko, uburiro, n’ubunywero, … bibwirizwa gutegekanya ibibanza vyo gukarabiramwo n’amazi...