Yataye uruzogi ku mutumba Mahonda wa zone Kavumu ya komine Ryansoro mu 1994, abura se muri uwo mwaka nyene, nayo nyina yitaba...
Kuri uyu wa 8 Ntwarante 2024 i Gitega, hari haramutse hahimbazwa umunsi mukuru wahariwe agateka k’abakenyezi. Mu gihe Uburundi bwari bwifadikanije n’amakungu...
Wa musore aheruka « kuzuka » wo muri komine Itaba mu ntara ya Gitega, Jimbere Magazine yaraye imwiboneye amaso mu yandi. Tuyisabe Augustin, afise...
Abo ni 24, harimwo abakenyezi 14, bagize umurwi wa mbere w’urwaruka rwitunganiriza imigambi y’iterambere bafashwe mu mugongo n’umugambi NUKU. Bakaba barangije kur’uyu...
Vyose vyatanguye muri Ruheshi 2022, aho abasomyi babiri ba Jimbere Magazine Fabien Cishahayo kumwe na Isaie Ntidendereza bakurikirana inkuru yatangajwe n’iki kinyamakuru....
Mu gihe hahimbazwa umunsi mukuru w’igihugu wahariwe ugushigikirana, umugambi « Twiteho Amagara » w’ishirahamwe Cordaid ufashwe mu mugongo n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya, washikirije kuri...
Kuri uyu wa 24 ruheshi, niho hahimbazwa umunsi mukuru wahariwe umutanzi w’amaraso ku rwego rw’igihugu mu Burundi. Ibirori vy’uwo munsi bikaba vyaranzwe...
Ibitigiri vy’abanyeshure biri hejuru mu mashure bituma abana biga bicaranyeko ku ntebe, kandi ntibakurikire neza umwigisha. Hari abana usanga bisinziririye mu gihe...
Umwaka w’ishure wa 2020-2021 uri mu gice cawo ca mbere. Abanyeshure co kimwe n’abigisha bari ku kivi. Ariko n’ubwo biri ukwo, intara...
Mu gihe hari indwara nyishi zituruka kw’isuku rike, abanyeshure bo ku mashure yo mu Burundi, barahimirizwa gukora isuku aho biga no mu...