« Muribuka twiga mu mashure mato mato ‘Umutama semibira’, ‘Ikiyago ca Nkengurutse na nyina’, ‘Umwidogo wa Muringanira’, n’ibindi? Birya vyose bija mu mugwi...
« Kugira ngo abana bari mu buruhuko baronke indero nziza, abavyeyi bakwiye kuba abaganamugani beza, bakanarungika ibibondo vyabo mu makiniro y’imbaramico kugira ngo...
Kuri uyu wa 10 Mukakaro 2025, hacuzwe amajambo 9 mu kirundi yiyongera ku yandi 5 yacuzwe mu mwaka uheze mu kigo c’indamurabitabu...
Ku mugoroba w’igenekerezo rya 25 Ndamukiza 2025, niho indamurabitabu Gusoma yasozera indwi yari ihariwe igitabu. Mu vyagarutse mu kiyago c’iryo sango, harimwo...
Mw’itangazo ry’inama nshikiranganji ryo Ku wa 27 Munyonyo 2024, umuvugizi wa Reta y’#Uburundi yashize ahabona, harimwo agace kavuga integuro y’itegeko nshikiranganji rishinga...
Indamurabitabu Gusoma ifadikanije n’ikinyamakuru Jimbere n’insamirizi Kazoza FM yashikirije kuri uyu wa 31 Gitugutu 2024 abamenyeshamakuru bo mu binyamakuru bitandukanye amajambo arenga...
K’uruyu wa 12 no ku wa 19 Nyakanga 2024, mw’isekeza Curijambo haracuzwe amajambo 19 atahora afise uko avugwa mu kirundi kugira ngo...
Ivyo vyashikirijwe na Ferdinand Mberamihigo, umuhinga w’indimi akaba n’umwigisha wa Kaminuza y’Uburundi, yunganirwa na Cyriaque Ntaconzoba, akora mw’ishirahamwe UHACOM rihurikiyemwo abarimyi, hari...
Mu gihe bamwe mu bigisha bavuga ko iyo bari mu kazi kabo ka minsi yose ko kwigisha hari amajambo yo mu zindi...