Ibice 85% vy’abanyeshure bo ku mashure cumi yo mu ntara z’indero za Karusi na Ngozi babajijwe utubazo, inyishu batanze zagaragaje ko amagara...
Umugambi Merankabandi warafashije kuva mu bukene imiryango y’abantahonikora 14.456 yo mu ntara ya Karusi n’iyindi 13.515 mu ntara ya Ruyigi ifise abana...
Ibitigiri vy’abanyeshure biri hejuru mu mashure bituma abana biga bicaranyeko ku ntebe, kandi ntibakurikire neza umwigisha. Hari abana usanga bisinziririye mu gihe...
Umwaka w’ishure wa 2020-2021 uri mu gice cawo ca mbere. Abanyeshure co kimwe n’abigisha bari ku kivi. Ariko n’ubwo biri ukwo, intara...
Mu gihe hari indwara nyishi zituruka kw’isuku rike, abanyeshure bo ku mashure yo mu Burundi, barahimirizwa gukora isuku aho biga no mu...
Mu gihe ishirahamwe Cordaid, mu mugambi waryo « Menyumenyeshe », ririko rirarangiza ikiringo caryo mu ntara ryahora rikoreramwo, ryaratunganije isekeza ryo guhimiriza no guhanura...
Bumwe mu buryo Menyumenyeshe ikoresha kugira ihimirize urwaruka ku bijanye n’inyigisho z’irondoka rijanye n’amagara meza, ni ugushigikira kuziganya no kuguranana ku rwaruka....
« Umugabo wiwe akimubona, yahise yemeza ko ariwe kandi adakekeranya. Impuzu yazutse yambaye ngo nizo yari yamuhambanye, il y a de ça 4...
Kw’igenekerezo rya 4 mukakaro 2019, « Abakenyezi b’intwari bibagiwe » bishikiye mu ntara ya Karusi. Uretse ko benshi mu bitavye bari bamaze kubona umupfasoni...