Urwego rwa Reta ODECA rujejwe kunagura igisata c’ikawa, rukukira Ubushikiranaganji bw’Uburimyi, Ubworozi n’Ibidukikije rugiye kwama rurungika abahinga barwo bafashanya n’abakorera mu gisata...
Kwambara ubuyeye ku bigeme b’ubu birateye impari nyishi cane mu kibano. Bamwe ngo bwambara aba ‘’slay queens’’ canke bamwe badandaza umubiri. Abandi...
Abantu benshi tuzi ko gufungura neza ari ukwama turiko turarya inyama za buri mwanya, inkoko, imicopo, amafariti n’ibindi. Eka mbere niyo tubonye...
Kuki dutegura kurongora ata mahera dufise? Ubwo ntidutera ishishi abantu duterereza tubasaba ngo badushigikire? Kubera iki basi hoho tutonategura imanza zihuye n’ubushobozi...
Abatari bake mumenyereye Thomson ari izina ry’umuntu. Ariko ubu ni Thomson izina ry’ifi. Iyi fi iriko irahurumbirwa mu gisagara ca Bujumbura. Mbere...
Urudandazwa rw’impuzu za kombokombo n’ibirato vyambawe rurabandanya kubaho n’ugutera imbere ukuri kwamye. Ivyo biri ukwo mu gihe mu mwaka wa 2016 abashikiranganji...
Sasa rero, Njebarikanuye aje yiyamiriza umwanda uteye ishishi wibonekeza ku bubare bumwebumwe bwo mu bisagara kandi bavuga ngo n’ubwo abasirimu. Arababazwa n’ukuntu...
Umwami Ntare Rugamba ni umwe mu bami bakomeye b’intibagiranwa muri kahise k’igihucu c’Uburundi. Yashitse ku ngoma mu mpera z’ikinjana ca 18, Ntare...
Mu kibano bamuhamagara Nounou kubera izina ryiwe rigoye gusubiramwo. Noussaïba Hakizimana ni umwana w’umwigeme akiri muto yavukiye i Ngozi mu mwaka wa...
Ku bituro vy’imiduga yunguruza abantu mu gisagara ca Bujumbura hari hasanzwe itegeko ryuko umuntu wese yinjira mu muduga abanza gukaraba n’amazi meza...