Abitaho ibijanye n’uburumyi n’ubworozi bategerezwa gusenyera ku mugozi umwe kugira ngo igihugu kironke umwimbu mwiza. Kubera dusanzwe tuzi ko ico gisata gitunze...
Ivyigwa vyakozwe n’ishirahamwe mpuzamakungu IFDC rifadikanije n’ikigo c’igihugu ISABU ku bijanye n’akamaro k’ishwagara, hamwe n’amakarata yerekana urugezo rw’umururazi uri mw’isi ndimwa yakozwe...
Uguteba guhemba abarimyi b’ikawa, igiciro gito mu gihe mu bindi bihugu bihana imbibe n’Uburundi batanga agahembo kisununuye, ukuba hari abikorera ivyabo bayigura...
Kuva ku wa 28 gushika ku wa 30 Ruheshi 2022, igisata gikora ubushakashatsi ku mbuto z’ibiharage muri Isabu hamwe n’ikigo kijejwe kwemeza...
Mu ntumbero yo kurabira hamwe ingene hoduzwa umwimbu w’icayi kandi c’akanovera n’igiciro caco kidasigaye inyuma, amashirahamwe, rimwe riraba ibijanye n’icayi mu Burundi...
Kuri La Détente mu gisagara ca Bujumbura, itariki 12 na 13 Mukakaro 2022, hariko harabera uruganda rwo gusozera ikiringo c’imyaka ine umugambi...
Abarimyi b’ikawa barituye mu 2019 inama nshingamateka basaba ko igiciro c’ikawa coduga kugira umurimyi abandanye ashiruka umwete wo kuyirima. Baravye utwigoro umurimyi...
Sara Mbago Bhunu umuyobozi mukuru wa FIDA mu karere ka Afirika y’ubuseruko n’iy’ubumanuko yari mu rugendo mu Burundi kuva ku wa 26-29...
Umwimbu w’ikawa ishoka hanze wabonetse mw’isizeni ya 2021-2022 ungana n’amatoni 6.490,662 Iyingana n’ibice 95,8 % niyo imaze kudandazwa ku mafaranga angana 26.025.454...