Ibice 85% vy’abanyeshure bo ku mashure cumi yo mu ntara z’indero za Karusi na Ngozi babajijwe utubazo, inyishu batanze zagaragaje ko amagara...
Abanyeshure 7 b’abakobwa bo kuri Lycée Busiga, bavuye mu buraro bwabo mw’ijoro ryo ku wa 21 Nyakanga 2024 bambaye impuzu zo kurarana,...
Bankuwiha Séraphine wo muri quartier Shikiro zone na komine Ngozi yari yahawe 200.000Fbu, yaciye agura umwagazi n’impene ku mafaranga 40.000Fbu, akotesha ikivi...
Ihiganwa ryabaye kur’uwu wa gatandatu i Ngozi ryasozerewe n’itangwa ry’ubushimwe butandukanye bwatanzwe na BBCI na Finbank buriko buravugisha benshi. Umwe mu batowe...
Ngozi ni igisagara ca gatatu mw’iterambere aha mu Burundi inyuma y’igisagara ca Bujumbura na Gitega. Abashaka gufungura ntibavunika iyo bari mu gisagara...
«Ubwo vy’ukuri jewe nogera kuri iyo ntambwe? Umutahe wova he»… Ivyo ni bimwe mu bibazo nyamukuru bishikirizwa n’urwaruka rugera kuri 45 ruva...