Umugambi Merankabandi warafashije kuva mu bukene imiryango y’abantahonikora 14.456 yo mu ntara ya Karusi n’iyindi 13.515 mu ntara ya Ruyigi ifise abana...
Ishirahamwe Action Aid, rifadikanije na Reta y’u Burundi hamwe n’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho ineza y’abana UNICEF, barasozereye ibikorwa vy’umugambi « Merankabandi » mu ntara ya...
Ibitigiri vy’abanyeshure biri hejuru mu mashure bituma abana biga bicaranyeko ku ntebe, kandi ntibakurikire neza umwigisha. Hari abana usanga bisinziririye mu gihe...
Umwaka w’ishure wa 2020-2021 uri mu gice cawo ca mbere. Abanyeshure co kimwe n’abigisha bari ku kivi. Ariko n’ubwo biri ukwo, intara...
Mu gihe hari indwara nyishi zituruka kw’isuku rike, abanyeshure bo ku mashure yo mu Burundi, barahimirizwa gukora isuku aho biga no mu...
Ku murwa mukuru w’intara ya Ruyigi, Fidela ni izina abavyeyi bakoresha bagomba kubuza abakobwa babo kugiriranira imimenyerano n’abigisha babo.Abarezi ni na ryo zina risigura...