« Ibikorwa bijanye no kwubaka station itanga umuyagankuba ku miduga isanzwe iwukoresha vuba birasozerwa ». Ivyo vyashikirijwe kuri uyu wa 22 Munyonyo 2025 na...
Mu kigo c’i Kiriri ca Kaminuza y’Uburundi, bafise ubwoba ko inyubako igeretse gatatu bararamwo yubatswe mu myaka ya 1950 izohava ibagwako. Ushitse...
Iyi ni ingabisho yatanzwe na bamwe mu bakorera mu bushikiranganji bw’ubutungane n’ubw’ubudandaji bwari bwaserukiye Reta y’Uburundi mu nama Ibanki Nkuru y’igihugu BRB...
Ivyo vyashikirijwe kuri uyu wa 08/08/2025 na Alida Niyongabo arongoye igisata c’inyigisho muri PAEEJ, aho yari yaserukiye umuhuzabikorwa wa PAEEJ ku rwego...
Umurwi wa mbere ugizwe n’urwaruka rw’abanyamigambi basavye aho kudandariza ivyo bahingura mu kibanza kiri hagati mu gisagara ca Bujumbura co kuri « Palais...
Ibanki Bancobu, ifadikanije na Thunes, ishirahamwe rifasha mu guhanahana amafaranga ku bantu bari mu bihugu bitandukanye, yaraye itanguje kuri uyu wa 1...
Abadandaza bakiranye igishika cinshi iyugururwa ryo kwandika abadandaza bashaka ibibanza mw’isoko ya Venerand yo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, na canecane...
Bamwe mu badandariza mw’isoko ya Kinindo iri muri komine Muha mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura bavuga ko naho bahakorera ari ukubura iyo...
Kuronka ibinyobwa vya Brarudi ni ikibazo. Aho bibonetse na ho barabisahuranwa, hari n’aho batonda imirongo kugira baronke ico banywa kandi ugasanga n’ibiciro...