« Ibikorwa bijanye no kwubaka station itanga umuyagankuba ku miduga isanzwe iwukoresha vuba birasozerwa ». Ivyo vyashikirijwe kuri uyu wa 22 Munyonyo 2025 na...
Bamwe mu bahuza bo mu makaritiye yo mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko, nko ku manza zitanu bakira ku munsi, zitatu usanga...
Bamwe mu badandariza mw’isoko ya Kinindo iri muri komine Muha mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura bavuga ko naho bahakorera ari ukubura iyo...
Hari ejo haheze ku wa 27 Ruhuhuma 2025, kw’ishure rya Nyabagere II riri mu buyobozi bw’indero bwa komine Ntahangwa, mu gisagara ca...
Umukuru w’igihugu c’Uburundi aheruka kwugurura icese ikivuko ca Bujumbura casubiwemwo ku buryo bwatanzwe nk’ingabire y’abanyagihugu bo mu Buyapani burenga imiriyaridi 3 z’amafaranga...
Abakenyezi n’abigeme bakora urudandaza rutoruto batembereza mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko bibafasha kubaho bativye kandi batisutse mu bushurashuzi. Ariko nubwo biri...
Mu gihe umugwa mukuru w’ubutunzi w’Uburundi ugeze ku ndwi igira gatanu uri mw’isekeza ryiswe « Iminsi 100 mu ntumbero yo gusukura igisagara ca...
Abavyeyi bo mu Buyenzi bariruhutsa ko, kwa “Mukono” hugawe. Hari abavuga ko abagabo n’abigeme bamwebamwe batari bakibarizwa mu mihana i wabo ku...
Kuri uyu wa 16 Ntwarante 2024, niho haba urugendo rwo kugendera ibibanza vy’iratiro vyo mu gisagara ca Bujumbura, mu ntumbero yo kumenya...
Zone ya Buyenzi yo mu gisagara ca Bujumbura yahora irangwamwo uruja n’uruza rw’abariko bakora imiduga, ubu amabarabara amwe amwe arera. Na vya...