Imyonga yose iri mu gihugu ingana hafi ihegitari 120.000 itewemwo ibiterwa bitandukanye. Ariko aho kurima hose hamwe ku mitumba yo mu Burundi...
Mu gihe umurimyi yahora arima ibigori akimbura ariko agatahira imvune, maze inyungu igataha mu bagwizatunga bavuna amaboko abarimyi, ubu umwimbu w’ibigori mu...
Abantu benshi tuzi ko kurira ari ibisanzwe ku bana bato kandi ko ata n’ico bitwaye kubona abagore bariko bararira. Ariko, ngo nta...
Vyoba bimaze kugushikira ukihebura canke ukagira umutima uhagaze kubera ubutinyanka bwatevye kuza canke wabubuze? Nimba bimaze kugushikira, nturi umwe. Ivyo bishikira abantu...
Ku mabarabara no mu makanivo atandukanye yo muri komine Mukaza iri mu gisagara ca bujumura, haracibonekeza imicafu itabwa n’abahita baba bafise utuntu...
Kuri uyu wa 7 Nzero 2021 umugwi ujejwe gusanura no kwagura isoko ya Kamenge yahiye kw’igenekerezo rya 3 Gitugutu 2020, waramutse utanga...
Mu banywanyi ba Regideso agashavu karaniga. Inyuma yaho uburyo bwo kugura umuyagankuba biciye mu nzira ya Payway buhagarikiwe kw’igenekerezo rya 5 Kigarama...
Kurandurana n’imizi inda z’indaro mu mashure gushika ku rugero rw’ibice 0%, ihangiro rya FNUAP n’Ubushikiranganji bw’Indero, niryo ryari ishimikiro ry’ikiganiro cariko kiraca...
Kuri uwu wa 24 Kigarama 2020, Ubushikiranji bw’Uburimyi, Ubworozi n’Ibidukikije bubicicishije mu mugambi wabwo PRDAIGL, bwatanze inka 240 ku bantu b’amikoro make...
Murukurikirane rw’ibikorwa bikorerwa ikawa, Emmanuel Ndorimana, umunyamabanga ntayegayezwa mu Bushikiranganji bw’Uburimyi, Ubworozi n’Ibidukikije yatanguje icese mu gihugu cose kuri uwu wa 18...