Turakunze kwumva amashirahamwe yaba ayo mu Burundi canke mpuzamakungu yigisha ivyerekeye irondoka rijanye n’amagara meza mu rwaruka, yongera ahimiriza abantu kwijukira kugwanya...
Hari ibintu vyeze mu bisagara. Urumbanza rwo mu muryango utarimwo abakobwa bafise ubwiza bwo ku mubiri, baryosha amafoto, rukorwa n’abakobwa bakoteshejwe, kugira...
Mu bucagucagu bwo kuruyu wa 19 munyonyo, ibara ryaguye aho umushingantahe yacumise umugore wiwe, amuziza ko yoba afise uwundi mugabo, nawe aca...
Tuyisenge ni umwigeme yibarukiye iwabo, haraheze imyaka itanu. Akwije imyaka 20 y’amavuka muri uku kwa Nyakanga 2020. Uwu mwigeme avuga ko yibarutse...
Mu Burundi, urwaruka rw’imiyabaga ruri hagati y’imyaka 15 na 19 rurakunze guhura n’ibibazo bijanye n’irondoka, mbere bamwe inda zikabahitana. Ni ikibazo kidasanzwe...
Kuri uwu wa 17 Nyakanga 2020, Inamashingamateka yaremeje itegeko rigenga akazi. Iryo tegeko rivuga ko abakozi bo mu nzu bazohora bakora akazi...
Hari ukuntu abahungu twama dushaka kugara ku bakobwa. Kubasororera ivyo bashaka kugira ngo tubereke ko twifashe neza. Ivyo kenshi tubigira ku bakobwa...
Abatari bake baribaza nimba amashengero ashingwa hakurikijwe amategeko, canke apfa kwiyadukiza akitorera ikibanza ashingwamwo. Hari aho usanga mw’ikaritiye, hagati y’urusengero n’urundi hacamwo...
Hari imigirwa 3 ikomakomeye kandi itigera ihara ku munsi w’urubanza rw’ubugeni cane cane mu ntara z’uburaruko w’Uburundi : gutanga ikibunabuno, gupfumbatisha uwazanye impfizi...
Mu bona gute hamwe twotereza akajisho ku bifungurwa bitekwa ku mashure y’uburaro, ku mashure y’akarorero, mu bigo vya Kaminuza canke vy’igiporisi n’igisoda?...