Mu kiyaya c’Imbo, ingo zirubakwa canke zigasambuka bivanye n’igihe umuceri wereyeko. Inkurikizi ntizibuze: abagabo benshi barata ingo, abagore bagasigara bifumbereje, abana bakaba...
Iryo jambo ryavumerewe n’umukuru w’igihugu c’Uburundi ku munsi mpuzamakungu wahariwe abakozi n’akazi: “ Gushika kw’igenekerezo rya 31 Kigarama 2017 ingo zose zo...
Sururu Dorufu umuhinga mu bijanye n’inyigisho mbagarabwenge abona yuko naho uguharika bivugwa cane mu kiyaya c’Imbo kubera igiterwa c’umuceri, uwo mugenzo mubi...
Ku myaka yiwe 24 itarenga ntirenguke, Niyongere Nosiyata n’ikibondo i mugongo yisanze ari umuhabara atari abizi. « Igihe umugabo tubana ambwira ko asanzwe afise...
Murengeza ni agacimbiri kamwe muri twinshi tugize komine ya Mpanda mu ntara ya Bubanza. Abantu bamwebamwe baho babonye umuceri wamuje amaganya n’agahinda...