Bahagarikiwe n’ishirahamwe APFB, abenegihugu bo muri komine Mubimbi bagizwe ahanini n’urwaruka barasibuye ibarabara rifise uburebure bureha n’ibirometero icenda, mu ntumbero yo kurangura...
Iyo ici rituritse, imanza ziba nyinshi, aho umuntu umwe ashobora guhurirwako n’ubutumire burenga 20 mu kiringo kimwe, uno nawe akibaza uwo yoterera...
Urwaruka rw’Abarundi ruba hanze y’igihugu rwifadikanije n’urundi rusanzwe ruba mu gihugu, mu gikorwa cokwegeranya imfashanyo izohabwa ibibondo vyababa mirongibiri bipfunganwe na banyina...
Ku myaka yiwe 50, uwo mukuru w’umutumba wa Bigoma wo muri komine Kanyosha ya rirare, amaze imyaka 15 mu rugamba rwo kugwanya...
Mubajije abenegihugu bo muri komine Butaganzwa yo mu ntara ya Kayanza ico bazi ku mazina nka Emmanuella, Godebert, Seconde canke Daphrose: bazobishura...
Godeberte Sindayigaya, imboneza akaba anarongoye ishirahamwe Gir’umwete, aboneka neza kubw’ibikorwa bw’iryo shirahamwe ryamaze kwishiriraho ihangiro ryo : « Kunywanisha abantu bari mu...
Médiatrice Mukantara, umwe mu bari mu nyigisho zatunganijwe n’ishirahamwe Dushirehamwe na CPAJ, yashize ku mutima igisata kimuhanze : Ukurwanya umugera wa Sida...
Mu Kayanza, ikibazo co gucikiza kirateje isibe neza na neza muri komine Muhanga. Naho biri uko, hari abakenyezi nka Anitha Nkengurutse, Fabiola...
Bose bari mu myaka itandukanye, Abakenyezi bo muri komine Nyabiraba baramaze kubona ko kazoza kabo kari mu bikorwa vy’iminwe yabo. Ibi biri...
Ni umwe mu runganwe batangarira muri komine Rugazi. Yarasubiyemwo wenyene igitarurwa gica hejuru y’uruzi Cogo. Ibi biri mu mubonano ikinyamakuru Jimbere cagiranye...